Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri Covid-19: Uwayanduye bamukingiye hari ingaruka bigira?
Yatangajwe
Muganga Leonard Nduwayo arishura ku kibazo c'uwitwa Pacheco Jerome, yabajije ati "ese umuntu iyo yarwaye covid-19 ariko ntabimenye, bakamutera urukingo hari ingaruka bigira?"