Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri coronavirus: Ni gute umuntu umwe mu muryango arwara abandi ntibarware?
Yatangajwe
Norbert Siyawezi yanditse abaza ati: bavuga ko covid yandukira cyane; none bigenda gute ngo mu muryango umuntu ayirware abandi ntibiboneke ko bayanduye?
Iki kibazo Jacques Niyitegeka yakimubarije Dr Leonard Nduwayo ukorera mu gihugu cy'Ubufaransa.