Amasanamu (live) y'igihe inzu yasamburwa n'indege i Gaza

Insiguro ya video, Amasamu (live) y'igihe inzu yasamburwa n'indege i Gaza
Yatangajwe

Iki ni igihe igisata ca BBC c'ururimi rw'icarabu cafata amasanamu ikibiriraho (live) igihe indege y'ingwano ya Isiraheli yasambura inyubakwa ya etaje i Gaza muri Palestine.

Intambara hagati ya Isiraheli n'abarwanyi ba Hamas bo muri Palestine imaze kugwamwo abantu barenga 70 ku mpanze zombi