Isidore Mbayahaga, yari mu buyobozi bwa UPRONA, avuga ko ababirukanye ata bubasha bafise

Insiguro y'amajwi, Isidore Mbayahaga, yari mu buyobozi bwa UPRONA, avuga ko ababirukanye ata bubasha bafise
Yatangajwe

Isidore Mbayahaga, yari mu burongozi bw'ibiro nshingwabikorwa vya UPRONA akaba ari no mu birukanywe, avuga ko Bwana Abel Gashatsi ata burenganzira afise bwo kubirukana