Isiraheli-Hamas: Iraswa ry'inzu zibiri zibamwo abantu i Gaza nizo zashavuje cane Hamas

Yatangajwe

Gutana mu mitwe hagati ya Isiraheli n'abarwanyi ba Hamas gutanguye guteza ubwoba bw'uko ibintu bishobora kumera nabi cane mu karere.