Isiraheli-Hamas: Iraswa ry'inzu zibiri zibamwo abantu i Gaza nizo zashavuje cane Hamas

Insiguro ya video, Isiraheli-Hamas: Iraswa ry'inzu zibiri zibamwo abantu i Gaza nizo zashavuje cane Hamas
Yatangajwe

Gutana mu mitwe hagati ya Isiraheli n'abarwanyi ba Hamas gutanguye guteza ubwoba bw'uko ibintu bishobora kumera nabi cane mu karere.