Ibibazo byanyu kuri covid-19: Wamenya gute ubwoko bwayo wanduye?

Insiguro y'amajwi, Ibibazo byanyu kuri covid-19: Wamenya gute ubwoko bwayo wanduye?
Yatangajwe

Dukomeza kubagezaho ibisubizo ku bibazo mutwoherereza kuri covid-19 nk'uko bisanzwe buri munsi wambere n'uwagatatu.

Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa, aratangira asubiza ikibazo cya Desire Ndiho, wabajije ati: Umuntu yamenya gute gutandukanya ko yarwaye ubwoko bushya bwa covid-19 yo mu Bushinwa cyangwa yo muri Nigeriya, n'iyo mu Buhinde?

Muganga Nduwayo avugana na Prudent Nsengiyumva.