Ibibazo byanyu kuri Coronavirus: Hari ingaruka iyo uwayirwaye ahawe urukingo rumwe?
Yatangajwe
Kimba Gasinzira yabajije ati: Haba hari ingaruka ku muntu warwaye Covid-19 iyo ahawe urushinge rumwe gusa igihe akingiwe aho kuba ebyiri?
Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa, arasubiza ibi bibazo abibazwa na Florentine Kwizera.