Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kerry Gladys Ntirampeba, uwuzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya slam
Yatangajwe
Uyu munyatugenegene w'Umurundikazi, azoserukira u Burundi mw'ihiganywa nyafrica ry'amazina avugwa mu ndirimbo canke slam.
Yiganiye Marc Niyonkuru ingene yatanguye kugaragaza iyo mpano hamwe n'ico yipfuza gushikako.