Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umunsi mpuzamakungu wahariwe abagore: Ni gute mu bushingwamanza mu Burundi?
Yatangajwe
Umushingwamanza Diane Kagwiza yiganiye BBC Gahuzamiryango ingorane abakenyezi bahura nazo kugira binjire mu mwuga w'ubushingwamanza mu Burundi.
Ni mu rwego rw'indwi BBC Gahuzamiryango yahariye kwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe kurengera agateka k'abagore kw'isi.