Ibikuru mu vyaranze ubuzima bwa politike bwa Prezida Magufuli

Insiguro ya video, Ibikuru mu vyaranze ubuzima bwa politike bwa Prezida Magufuli
Yatangajwe

Uwahoze atwara Tanzania Prezida Jonh Pombe Magufuli yaryamiye ukuboko kw'abagabo ku myaka 61. Ibi ni bimwe mu vyaranze politike yiwe...