Ibibazo vyanyu kuri coronavirus: Urukingo pfizer rukingira n'ubundi bwoko

Insiguro y'amajwi, Ibibazo vyanyu kuri coronavirus: Urukingo pfizer rukingira n'ubundi bwoko
Yatangajwe

Tubandanya kubashikiriza inyishu ku bibazo vyanyu ku kiza ca coronavirus, uno munsi muganga akaba asubiza bibazo ku rukingo rwa pfizer hamwe n'ukwanduzanya hagati y'umugore yibungenze n'umwana wiwe.

Ni ibibazo vyabajijwe n'abitwa Welsh Man na Mugisha Peter, bikaba vyishurwa na Muganga Leonard Nduwayo.

Mubandanye kuturungikira ibibazo vyanyu kuri coronavirus ku rubuga rwaru rwa facebook (bbcgahuza), uko bishoboka Muganga azoja arabisubiza.