Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo vyanyu kuri Covid-19 birishurwa na Muganga
Yatangajwe
Turasubira kubatumikira nk'uko twabibemereye ku minsi ya mbere no kuwa gatatu, mu kubaronderera inyishu ku bibazo vyanyu vyerekeye ingwara ya Covid-19.
Uno munsi abitwa Klemento Ndayisenga, Jean Pierre Ndayishimiye na Juvel Mbazumutima bahuriye ku kibazo co kumenya nimba umuntu ashobora gusubira gufatwa n'umugera wa corona yarigeze kuwandura.
Umva inyishu aho hejuru na Muganga Leonard Nduwayo, yavuganye na Florentine Kwizera.