Agathon Rwasa avuga ko atemera ivyatangajwe n'umurwi CENI ku matora yo ku wa 20/05/2020
Yatangajwe
Uwaserukiye CNL mu matora y'umukuru w'igihugu, Agathon Rwasa, avuga ko atemera ivyatangajwe n'umurwi CENI ku vyavuye mu matora yo ku wa 20/05/2020.
Ni mu kiganiro yagiranye na Prudent Nsengiyumva wa BBC Gahuzamiryango, wokumviriza ufyonze aho ruguru kw'ifoto.