Kidum nawe yasohoye indirimbo ihimiriza kwirinda coronavirus

Yatangajwe

Umuririmvyi Jean Pierre Nimbona, Kidum, nawe yasohoye indirimbo ihimiriza kwirinda coronavirus.

Abajijwe igituma yasohoye iyi ndirimbo Kidum yagize: "Ni kubera ari ikiza kuri ubu kibangamiye isi yose kandi caduteye umutima uhagaze twese".

Umviriza iyo ndirimbo aho hejuru.