Kidum nawe yasohoye indirimbo ihimiriza kwirinda coronavirus

Insiguro y'amajwi, Kidum nawe yasohoye indirimbo ihimiriza kwirinda coronavirus
Yatangajwe

Umuririmvyi Jean Pierre Nimbona, Kidum, nawe yasohoye indirimbo ihimiriza kwirinda coronavirus.

Abajijwe igituma yasohoye iyi ndirimbo Kidum yagize: "Ni kubera ari ikiza kuri ubu kibangamiye isi yose kandi caduteye umutima uhagaze twese".

Umviriza iyo ndirimbo aho hejuru.