Kobe Bryant: Abakunzi biwe baracarira...
Yatangajwe
Abakunzi b'umuhisi Kobe Ryant babandanije kumukeza no kwerekana akabaro batewe n'urupfu rwiwe rwashitse ku wa Mungu itariki 26/01/2020.
Bwana Bryant yahitanywe n'impanuka y'indege ya kajugujugu ari kumwe n'umukobwa wiwe n'abandi bantu indwi.