Eliud Kipchoge: Ashaka kuba uwa mbere yirutse marathon munsi y'amasaha 2

Insiguro ya video, Eliud Kipchoge: Ashaka kuba uwa mbere yirutse marathon munsi y'amasaha 2
Yatangajwe

Umunonotsi rangiranwa wo muri Kenya Eliud Kipchoge, ashaka kuba umuntu wa mbere kw'isi yirutse marathon (42Km) munsi y'amasaha 2.

Uwo muhigo azowugeragereza mu muji wa Vienne muri Autriche.