Impapuro zo gufata abakekwa kwica Karegeya: Umuryango we wabivuzeho iki?

Insiguro y'amajwi, Impapuro zo gufata abakekwa kwica Karegeya: Umuryango we wabivuzeho iki?
Yatangajwe

BBC yavuganye na Kennedy Gihana wunganira mu by'amategeko umuryango wa Patrick Karegeya, maze tubanza kumubaza niba baramenyeshejwe izo nyandiko zisaba guta muri yombi abo bantu.