Imvo n'Imvano ku vyiyumviro vy'abatwandikiye ku ku ntambara ya Minembwe muri RDC: : igice ca 2

Insiguro y'amajwi, Imvo n'Imvano ku vyiyumviro vy'abatwandikiye ku kiganiro ku ntambara ya Minembwe muri RDC
Yatangajwe

Iki ni igice ca kabiri c'ikiganiro giha umwanya abatwandikiye batanga ivyiyumviro ku ntambara zibera i Minembwe muri Republika y'Intwaro Rusangi ya Kongo, aho abatumire bacu, Gad Mukiza Nzabinesha, umuyobozi w'akarere ka Minembwe kari mu ntara ya Kivu y'ubumanuko muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, na Pierrot Kaluba umuyobozi w'abanyendu, bishura ku bibazo mwatwandikiye.