Abarundi bemerewe kujya mu Rwanda badasabye leta uruhushya, uko byifashe ku mupaka w'Akanyaru
Yatangajwe
Kuva mu mpera z'ukwezi gushize kwa Nzeri(9) abategetsi b'u Burundi bemereye abaturage kujya mu Rwanda badasabye leta uruhushya, ariko urujya n'uruza ntirurasubira nk'uko rwahoze...
Umunyamakuru Yves Bucyana wa BBC yagiye ku mupaka w'Akanyaru aganira n'abinjira n'abakorera kuri uwo mupaka...