Kenya: “Kirya cayi c’i Kericho carasesetse mwo amaraso”
Yatangajwe
Mu 1934, hari isazi tsétsé zarya ibikoko n'abantu, baranapfa. Abagore benshi b'i Kericho barakoroye inda kubera malaria. Nibwo buzima babayemwo iyo bano banye Kenya bomorewe n'Abongereza ico gihe.