Kurya inyenzi ni nko kurya iswa canke ibifyera

Insiguro ya video, Gufungura inyenzi, ni nko kurya iswa canke ibifyera. Birashobora gufasha amagara yacu.
Yatangajwe

Birashobora gufasha amagara yacu. Ariko inyenzi zikunze kuboneka nk'udukoko tw'umwanda, bivuye n'aho ziba. Nico gituma ubwoko 70 bubaho, bwose atari ugupfa kurya.