Bresil : Abagore “bafise ijambo 'rya nyuma' mu matora”
Yatangajwe
"Dukunze kubona aba nye politike babesha, bavuga, batabona ivyokorwa". Bolsonaro yiyamamariza gutwara Bresil, ahanganye na Lula da Silva yabaye Perezida wa Bresil. Ariko, aba 'baca-rubanza', bafise izihe nguvu?