Ukraine : Intambara zo m’ubumanuko zerekana intumbero ya Russia

Insiguro ya video, Russia ishaka kugenzura ibisagara biri ku bivuko, nka Mykolaiv
Yatangajwe

Russia ishaka kugenzura ibisagara biri ku bivuko, nka Mykolaiv, kugira izibire Ukraine gushika kw'ibahari. Ibisagara vyinshi ubu ni umusaka naho hari abanyagihugu banse guhunga.