Ku bakunzi b’amavuta y’amamesa, ibikuru vyo kumenya

Insiguro ya video, Ni imfunguro itoroshe kwimbura, ariko kandi ubu ibangamiwe,
Yatangajwe

Ni imfunguro itoroshe kwimbura, ariko kandi ubu ibangamiwe, nk'ibindi bidandazwa vyinshi, kubera intambara za Russia - Ukraine.