Russia – Ukraine: Kuki italiki ya 9 z’ukwa gatanu ishobora kuba idasanzwe?

Insiguro ya video, Russia, nk’ibihugu rutura bihimbaza intsinzi um ntambara ya kabiri y’isi.
Yatangajwe

Russia, nk'ibihugu rutura bihimbaza intsinzi mu ntambara ya kabiri y'isi. Putin yoba hari ubutumwa budasanzwe azoshikiriza iyo taliki?