Amananiza abafise ubumuga bwa 'albinism' babamwo

Insiguro ya video, War’uzi ko hari ivyo ushobora kubona bo batabona? Ni nk’inyenyeri. Amaso yabo siyo gusa
Yatangajwe

Amaso yabo siyo gusa abangamirwa. Uko bafatwa mu kibano binunyurwa n'uko umubiri wabo ubangamirwa, cane cane ubu ubushuhe bwiyongera kubera ihinduka ry'ikirere.