Russia: aba nye Syria baja imbere mu bitero bemererwa $ 7 000
Yatangajwe
Mu bitero vya Russia muri Ukraine vyavuyemwo intambara, abacangero bahabwa $3 500, bari inyuma mu bitero. Aba nye Syria batorwa nk’uko vyagenze muri Libya. Kui ari benshi biyandikisha?