Tigray : ''Sinashobora no gukoma induru''
Yatangajwe
Abagore babandanya gushinga intahe uko bashurashujwe ku nguvu n'abarwana. Amatohoza ya Amnesty International, arimwo ivyo ayo mabi yo mu ntambara hagati ya Ethiopia n'umuhari TPLF, imaze igihe.