Ubu bwato ni ubwa Putin?
Yatangajwe
Mu gihe hakiri amatohoza nimba ubu bwato 'Scheherazade' ari ubwa Putin, Perezida Zelensky yasavye abategetsi b'Ubutaliyano, aho buri, kubufata.