Gutunga imodoka iguruka ntibikiri indoto

Insiguro ya video, Gutunga imodoka iguruka ntibikiri indoto
Yatangajwe

Iyi kompanyi yakoze imodoka iguruka, idakenera kugira perimi y'umupilote kandi kwiga kuyitwara bifata gusa iminota itanu.