Amahano yo kuribwa n'imfyisi: Aba bahungu bari mu nzira yo gukira

Insiguro ya video, Amahano yo kuribwa n'imfyisi: Aba bahungu bari mu nzira yo gukira
Yatangajwe

Aba bahungu bahuye n'ivyago vyo kuribwa n'imfyisi ariko bagira Imana bararusimba. Inguma zabasigiye bazimaranye imyaka...