Mu Buhunde niho kuri ubu ikiza ca covid-19 kimeze nabi kurusha ahandi kw'isi

Insiguro ya video, Mu Buhunde niho kuri ubu ikiza ca covid-19 kimeze nabi kurusha ahandi kw'isi
Yatangajwe

Igihugu c'Ubuhinde ku munsi kibonekamwo igitigiri kidasanzwe c'abandura covid-19, kikaba ari co gihugu kw'isi kimerewe nabi krusha ibindi muri iki gihe kubera iki kiza. Iyi video irihweza ibintu nyamukuru vyoba bibitera.