I Lusaka muri Zambia hari ibohero ushobora kumaramwo imyaka ata rubanza

Insiguro ya video, I Lusaka muri Zambia hari ibohero ushobora kumaramwo imyaka ata rubanza
Yatangajwe

Ku murwa mukuru wa Zambia, Lusaka, hari ibohero ushobora kumaramwo imyaka utaracibwa urubanza naho woba uri umwere...

Uku ni ko itohoza rya BBC ry'ikiganiro Africa Eye ryabisanze...