Inyubakwa ya Notre-Dame yahiye mw'i karema

Insiguro ya video, Altari,umusaraba mukuru uri kuri altari, idirisha ryo hejuru inyuma ya altari ntivyahiye.
Yatangajwe

Altari,umusaraba mukuru uri kuri altari, idirisha ryo hejuru inyuma ya altari biri mu bitahiye.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado