Aracibuka gutera umupira, ariko ibibazo vy'igihugu navyo?
Yatangajwe
George Weah amaze umwaka ari ku butegetsi, naho agikundwa, ariko uko aba nye Liberiya babayeho birashobora guhindura icizere.
Inkuru mushikirizwa na Audace Machado