Umukinyi wa Boxe, Nazia Khatun, mu mapfungo ya Ramazani

Insiguro ya video, Umukinyi wa Boxe, Nazia Khatun, aravuga uko yigenza mu mapfungo ya Ramazani
Yatangajwe

Nazia Khatun akina iteramakofi canke Boxe, akanatanga imyimenyerezo yo kunonora imitsi i Londres.

Mu gihe c'amapfungo ya Ramazani, ntibiba bimworoheye, kimwe n'abandi benshi, kwisonzesha no gukora iyo myimenyerezo.

Akomeza kandi kwitegurira ihiganwa rya boxe ryo mukwzi kw' icenda. Umva uko abigenza.