Imvo n'imvano: Ibitekerezo ku biganiro byo kwibuka imyaka 30 irangiye habaye jenoside mu Rwanda

Imvo n'imvano: Ibitekerezo ku biganiro byo kwibuka imyaka 30 irangiye habaye jenoside mu Rwanda
Yatangajwe

Iki kiganiro kigizwe n'ibitekerezo by'abatwandikiye ku biganiro twabashikirije mu kwezi kwa kane bijanye n'imyaka 30 irangiye habaye jenoside mu Rwanda.

Ibyo biganiro byavuga ku bafashwe ku ngufu mu gihe cya jenoside, abafashijwe n'imiryango gusubira kwiyubaka n'abana bavutse mu gihe cya jenoside ubu bafite imyaka 30.