Myriam Ndayishimiye yarahohotewe mu gukubitwa bunyamaswa n'umukoresha wiwe muri Arabia Saoudite
Myriam Ndayishimiye yarahohotewe mu gukubitwa bunyamaswa n'umukoresha wiwe muri Arabia Saoudite
Yatangajwe
Umurundikazi Myriam Ndayishimiye yarahohotewe mu gukubitwa bu nyamaswa n'umukoresha wiwe muri Arabia Saoudite aho yari yagiye kurondera ubuzima. Yakubitwa inkoni n'ibirato vy'abagore umubiri wose. Umubiri wose wuzuye inkovu.
Avuga ko ubuserukizi bw'Uburundi muri Arabia Saoudite ari bwo bwamufashije , buramuvuza, bwongera bumufasha gutahuka mu Burundi.