Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kubera iki indirimbo 'Aha Nihe' ya Kirikou Akili iharawe?
Kubera iki indirimbo 'Aha Nihe' ya Kirikou Akili iharawe?
Yatangajwe
Indirimbo nshasha Aha Nihe y'umuririmvyi Niyonkuru Yusufu batazira Kirikou Akili iraharawe cane muri ino misi mu Burundi no mu Rwanda, eka mbere no hakurya y'amazi.
Ku mbuga hwaniro hari abantu benshi bariko barayisubiramwo kuyiririmba no kuyitamba.
Mugenzi wacu Cyriaque Muhawenayo yahuriye na Kirikou mu gisagara ca Bujumbura amubaza ivyerekeye iyo ndirimbo (umva ikiganiro bagiranye aho hejuru)