Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel – Hezbollah: ibikuru biranga intambara zabo
Israel – Hezbollah: ibikuru biranga intambara zabo
Yatangajwe
Hezbollah, umuhari washinzwe n’abatwara Liban mu 1982 mu ntumbero yo kwivuna Israel.
Kuva mu 1992, uwo muhari ushingiye kw’idini rya Islam, ukwemera kw’aba ‘shiites’, watwarwa na Hassan Nasrallah, yishwe mu ndwi iheze.
Ng’ibi bimwe vyaranze uwo muhari na Israel, gushika ubu.