Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubuzima bw'abantu batatu batandukanye mu ntambara i Gaza
Ubuzima bw'abantu batatu batandukanye mu ntambara i Gaza
Yatangajwe
Amezi ararenga ane abanyagihugu b’i Gaza babayeho mu nzara hamwe n’ubwoba bw’ibisasu.
BBC yarakurikiranye ingene ubuzima bwifashe i Gaza iciye ku bantu batatu batuye muri uwo muji.
Malak, umukobwa w’imyaka 12, Samira umugore yuzukuruje w’imyaka 65 hamwe n’umuganga akora ku bitaro vya al-Shifa, biganiye BBC ingene ubuzima bwabo bwahindutse.