Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Biden: 'Mw’izina ry’Imana, ni ryari tuzotuza ibirwanisho mu banyagihugu?'
Yatangajwe
Joe Biden yabajije abashimamateka ryari itegeko ry’ibirwanisho mu banyagihugu rizohindurwa. Ni inyuma y’aho, n’imiburiburi abana 19 n’abigisha babo 2 bishwe mu gitero ca Salvador Ramos, yabarasiye kw’ishule ryabo Uvalde.
Muri rusangi, abo bazungu bakunze kwica abantu bitwaje iki?