Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burundi – Harvard: Kamariza ni umushakashatsi ahanganye n’ingwara zibangamiye isi
Yatangajwe
Kamariza Mireille, umushakashatsi yubashwe muri za kaminuza nka Harvard na Stanford zo muri Amerika, yiyemeje kurwanya ingwara nk’igituntu. Ni muto mu myaka. Ni inde?