Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Cacosmia: Indwara itera guhumurirwa nabi
Yatangajwe
Muganga Kayitesi Batamuriza wo mw'ivuriro Woomanhood aradusobanurira ku ndwara bita cacosmia ituma umuntu agira cyangwa ahora yumva impumuro mbi mu mazuru. Aganira na Yvette Kabatesi.