Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abanye Ethiopia bavuga igituma bashaka kuja muri Russia
Yatangajwe
Ababoneka batonze imirongo imbere y’ubuserukizi bwa Russia muri Ethiopia, bavuga ko bashaka kuja kurwana muri Ukraine, cane cane kuko ubuzima bugoye mu gihugu.