Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ni iki cyatumye Elizabeth Amoaa avukana nyababyeyi ebyiri n'ibitsina bibiri?
Yatangajwe
Elizabeth Amoaa ni umugore wo muri Ghana uba mu Bwongereza, wavukanye nyababyeyi ebyiri n'ibitsina bibiri. Twashatse kumenya ikibitera, Jacques Niyitegeka avugana na Muganga Gaspard Ntahonkiriye wo ku bitaro La Croix du Sud i Kigali.