Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibigori vya Adrien Nimpagaritse bigiye gushikirizwa impunzi za Ukraine
Yatangajwe
Umuryango mpuzamakungu w'ubugira neza utegamiye kuri leta wo mu Busuwisi, Federation Luterienne Mondiale, warumvise inkuru ya Adrien uca ugira iciyumviro co kumufasha mu mugambi wiwe.