Maryama: Umugore wo muri Somalia afotora ariko atorohewe

Yatangajwe

Ikiganiro ca BBC, Africa Eye, carakurikiye umunye-Somaliakazi Maryama aho aba ari mu kazi kiwe ko gufotora ngo kirabe ingorane ahura nazo ahorwa kuba ari umugore akora ako kazi.